Amizero
Ahabanza Amakuru COVID 19 Hanze Politike Ubukungu Ubuzima

Kubera izahara ry’ubukungu, Afurika y’Epfo yakuyeho amategeko yo mu bihe bya Covid-19 .

Perezida wa Afurika y’Epfo, Cyril Ramaphosa, kuri uyu wa Mbere tariki 04 Mata 2022 yatangaje ko amategeko yose yari yarashyizweho mu kurwanya ikwirakwira ry’icyorezo cya Covid-19 akuweho guhera saa sita z’ijoro kuri uyu wa mbere washize kuko ngo igihe kigeze ngo basubire mu bikorwa bizamura ubukungu bw’Igihugu bwasubiye inyuma cyane.

Afata iki cyemezo, Perezida Ramaphosa yavuze ko Igihugu cye, cyashegeshwe cyane kurusha ibindi ku mugabane wa Afurika ariko kikaba cyaranakoze ibishoboka byose mu kurwanya iki cyorezo. Yavuzeko Igihugu cye cyavuye ku bantu 420 bapfa ku musi mu kwezi kwa Karindwi umwaka wa 2021, kikagera ku bapfa 12, mu cyumweru gishize. Leta rero ngo ikaba yahisemo gukuraho ingingo zirebana na Covid-19 Igihugu cyari cyafashe kuva tariki 15 Werurwe 2020.

Ubukungu bwa Afurika y’Epfo bwasubiye inyuma kubera icyorezo cya COVID-19, abashomeri biyongereye kugera kuri 35.3% mu mezi atatu ya nyuma ya 2021.

Perezida Ramaphoza yavuze ko ariko izindi ngamba nko kwambara udupfukamunwa ahantu hafunganye nko mu nzu bizagumaho nibura kugera mu minsi 30 iri imbere.

Afurika y’Epfo ni cyo Gihugu cya mbere ku mugabane wa Afurika mu kugira umubare munini w’abanduye COVID-19 ndetse n’abo yahitanye kuko yo yonyine yihariye abanduye barenga Miliyoni 3.7, muri Miliyoni 11.3 zanduye ku mugabane wose.

Perezida Cyril Ramaphosa/Photo CNBC Africa
Covid-19 yashegeshe ubukungu bwa Afurika y’Epfo

VOA

Related posts

M23 na FARDC baritana ba mwana ku warashe ibisasu biremereye muri Kibumba.

N. FLAVIEN

Abajya mu nsengero bagomba kuba barikingije byuzuye; amabwiriza mashya yo kwirinda ikwirakwira rya Covid-19.

N. FLAVIEN

Taiwan yahanuye indege ya gisirikare y’u Bushinwa.

N. FLAVIEN

Leave a Comment

EBONY88

Ebony88

Ebony88

Ebony88

Ebony88

Slot Gacor Hari Ini

Slot Deposit 10 ribu

Slot Gacor Hari Ini

Slot Online Gacor

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Aslivip88

Asli4D

Asli4D

Asli4D

RSU Alam Medica

RSU Jati Husada

RSU Bina Kasih

RSU Graha Husada

RSU Medika Mulya

Sobat777

Sobat777

Sobat777